Uku niko twakiriwe, nkaba nari nuzuye umunezero mwinshi hamwe n'abadasigana bo muri Komine ya GISOZI Скачать
Ndashimiye cane abadasigana bo mu ntara ya Mwaro, Komine GISOZI kw'ikaze n'umunezero banyakiranye. Скачать
Ibirori vyo gutanguza igikorwa co kwiyamamaza mu ntara ya Mwaro tukaba twabitanguje mu munezero Скачать
Hari haranzwe ituze n'intekane ridasanzwe n'umunezero ntangere mu badasigana bomuri komine GISOZI Скачать