INZOGA ZA #BRARUDI I MABAYI IYO ZIBONETSE ABENEGIHUGU BARARYOHERWA INKEREBUTSI TV (Tjrs au Service de la Communauté) 6,98 тыс. подписчиков Скачать
INAMA Y'ABAJENAMA B'AMAKOMINE 2 MABAYI NA MUGINA AGIZE MUGINA YAGUTSE MUNDINGANIZO NSHASHA Y'IGIHUGU Скачать
KUBER'IKI URWARUKA RUDAKUNDA AMAKOPERATIVE??MWOBA MUZI IGITUMA IBINDI BIHUGU VYARATEYE IMBERE??? Скачать
MUSITANTERI WA KOMINE MABAYI YAGIZE ICAVUGA KUVYEREKEYE IMVURA NYINSHI YAGUYE KUWA 06/11/2024 Скачать
#DUKEBURANE: KUKI UTAJA KWIYANDIKISHA MU MATORA AZOBA 2025?? IVYIZA VYO KWIYANDIKISHA MURAKA GAKINO. Скачать
INAMA IDASANZWE Y'IHURIRO RY'INANI Z'ABAGENDANA UBUMUGA MU BURURNDI(CORPH): MU NTARA YA #KAYANZA Скачать
ISHIRAHAMWE #ALUPH RYARAGENDEYE ABANA BIGA KW'ISHURE RY'ABATABONA BITA #KANURA I GIHANGA I #BUBANZA Скачать
WOBA WARUZI UMUSOZI URI MU #KAYANZA WANYEGEJE UMWAMI?? URAZI UKUNTU BACIYE BAWITA?? UBU HARIKI?? Скачать
UMWIGISHA Y'IGISHA MU MAKAMINUZA ATANDUKANYE YARATWIGANIYE UKO KERA VYARI BIMEZE KUBAGENDAN'UBUMUGA Скачать
MBEGA UWUGENDANA UBUMUGA YORONKA AKAZI ACIYE MU MUGAMBWE RUNAKA CANKE BOMUHA AKAZI KUBERAKO AMUGAYE? Скачать
URWARUKA RW'ABADVENTISTE B'UMUSI W'INDWI RWARAKOZE IGIKORWA KIDASANZWE MUBITARO BIKURU VY'IMABAYI Скачать
ISHURE RIDASANZWE RY'UBATSWE KU BUHINGA BWA KIJAMBERE RIZOTANGURA KWAKIRA ABANA UY'UMWAKA W'ISHURE Скачать
UMURWI UJEJWE AMATORA(CEPI) MU NTARA YA BUJUMBURA YAGUTSE WAREREKANYE ABAGIZE CECI MUGINA YAGUTSE Скачать
HOBA HARIHO IKINTU I MANA YOBA IMAZE KUGUKORERA UKUMVA KO VYOBA VYIZA UYIRIRIMBIYE AKARIRIMBO???? Скачать
IGITANGAZA KIDASANZWE MURI KOMINE MABAYI : NIBARUTSE NEZA NCAMBANDANYA INYIGISHO ZA RUSANSUMA NDIMWO Скачать
REMY NDAYIRAGIJE ARONGOYE #VNG_INTERNATIONAL YATWIGANIYE IVY'UMUGAMBI URABA #ABAGENDAN'UBUMUGA Скачать
INYIGISHO(FORMATION) ZA RUSANSUMA MURI KOMINE MUGINA YAGUTSE: ABARENGA 360 NIBO BARIKO BAZIGA... Скачать
INKEREBUTSI TV YABAYEHO KUBERA IKI??HARI INTAMBAMYI ZIYIBUZA GUTERIMBERE??ABARUNDI MWOKORA IKI?? Скачать
IBIRORI VY'IMISA YO GUSHIMIRA IMANA YATEGUWE N'ABASASERDOTI 2 BASHASHA BO MURI PAROISSE MABAYI Скачать
AMADINI 3 YASHIZWE HAMWE NA #CICB MU NTUMBERO YO GUHINDURA IKIBANO:#KATORIKA,#ABAPOROTI NABA #ISLAM Скачать
URWARUKA 15 RWARONSE IMPAPURO ZIRUHA UBURENGANZIRA BWOGUHAGARIKIRA UMUPIRA W'AMAGURU MU CICARO CA 4 Скачать
IGITANGAZA: MU BANTU 16 BARI BAFATIWE MU MWINO BIMBAMWO INZAHABU BASHOBOYE GUKURAMWO 15 BAGIHEMA Скачать
UMURIRIMVYI #Mr_John_White ARAMENYE AMABANGA YOSE Y'ABASANI BATUBAHA ABABAFASHIJE MUGUTERIMBERE Скачать
IGIKORANE KIDASANZWE CATEGUWE N'URWARUKA RWIGA RW'IISHENGERO RYA PENTECÔTE RYO MUKARERE KA MABAYI.. Скачать
#AUXFIN_BURUNDI YUGURUYE ICESE UMUGAMBI MUSHASHA #CCOJ IGIYE GUKORERERA MURI KOMINE 3 HARIMWO MABAYI Скачать
MUDUFASHE KURONDERA UYU MWANA YAZIMIYE: AMAZE AMEZI ATATU ABIWABO BATARAMUBONA...MWOBA MUKOZE!!! Скачать
NIPFUZA KUBA UMURIRIMVYI ARUTA #FIZZO,...JEWE KURIRIMBA NIVYO VYAMPAYE I STUDIO MUBONA.!AKAZI NDAGAK Скачать
MUSITANTERI WA KOMINE MABAYI: #IBIKORWARUSANGI.#ABAGORE BATAYE INGO #ABIGEME BATWAZWA INDA ZISHUSHU Скачать
MUSITANTERI WA KOMINE MABAYI YATANZE UBUSHIMWE KUBAKOZE NEZA KURUSHA ABANDI MURI YO KOMINE!!!!!!! Скачать
MUSITANTERI WA KOMINE MABAYI YATUBWIYE ABUBAHWA BITAVYE UMUSI MUKURU WAHARIWE ABAKOZI N'AKAZI. Скачать
IBINTU BIRAKOMEYE MURI KOMINE MABAYI: ISUKU N'ISUKURA BIRUGURUWE.KUBANDANYA GUSOHORA ABAGORE BATAZWI Скачать
MUSITANTERI WA KOMINE MABAYI YASHIZE MUNGIRO INGINGO YA NYENICUBAHIRO UMUKURU W'IGIHUGU C'UBURUNDI Скачать
PATIRI Romain ARATUYAGIRA: UGUKORA IBITERAMO NI KIMWE MUBIMENYETSO VYEREKANA AHARI AMAHORO,...!! Скачать
INTAHE IBABAJE CANE ARIKO IRANGIRA NEZA: #IMANA NI #MUSHOBORAVYOSE !! BA UWAMBERE MUKUYUMVIRIZA Скачать
UMUSORE ATANGAJE CANE AFISE IMPANO ZIDASANZWE MU KURYOSHA IBIRORI,GUTEGURA IBIRORI, PUBLICITÉ,... Скачать
UMUTAMA WAKERA YARATWIGANIYE KAHISE:NARIGANYE NA PRÉSIDENT #BAGAZA.. NARABANYE NA PRESIDENT #NDADAYE Скачать
IGIKORANE C'IVUGABUTUMWA NO KUBAKA INGORO Y'IMANA YO KUKIRIBA CATEGUWE N'ISHENGERO RYA PENTECÔTE !!! Скачать
UMURIRIMVYI ADAFISE IKINDI KINTU ARIKO AKORA KU RUHANDE CINJIZA AMAFRANGA NTACO YOBA ARIKO AKORA Скачать
WOBUZI UKO BIGENDA MU KWANDIKISHA ITONGO????? ABAGENDANA UBUMUGA BARAFISE UBURENGANZIRA KW'ITONGO? Скачать
IMIRYANGO 15(COUPLES) YO MW'IDINI RYA ISLAM YARARONKEJWE INYIGISHO Z'IRONDOKA RIJANYE N'AMAGARA MEZA Скачать
ABA SCOUTS BO MURI RÉGION SCOUTE CIBITOKE BARAKOZE UMUSI MUKURU W'ISABUKURU RY'UMUVUNYI WABO BADEN P Скачать
KUBERA IKI NYENICUBAHIRO UMUKURU W'IGIHUGU CACU C'UBURUNDI AHIMIRIZA ABARUNDI KO BOKWORORA INKWAVU?? Скачать
ABOROZI B'INGURUBE BOBA BAGIYE KURONKA AMAFRANGA ARUTA AYO BAHORA BARONKA MURUBWO BWOROZI.... Скачать
INKWAVU 1200 ZATANZWE MURI KOMINE MABAYI N'ABARI MU RUNANI RURIKO RUSHIRA MU NGIRO UMUGAMBI @NKURIZA Скачать
ABANA BIKI GIHE NTIBUMVA...,ABAVYEYI BABO BAGERAGEZA GUHANURA ABANA BABO ARIKO ABANA NTIBABUMVIRA,.. Скачать
EJO KURWARUKA NIRUTAHINDUKA HAZOBA HABI CANE,... UMWUGA WAMFASHIJE VYINSHI MU BUZIMA BWANJE,.. Скачать
UMUHINGA AKOMEYE CANE MUGUKORA IVYUMA BIKORESHWA N'UMUYAGANKUBA ATANUMWE YABIMWIGISHIJE. BIRATANGAJE Скачать
ABO MW'ISHIRAHAMWE #TOGETHER_AS_FAMILY BARATANZE IMFASHANYO MURI GARUKIRA ABAMUGAYE B'I MABAYI Скачать
UYU MURIRIMVYI YIPFUZAKO IY'INDIRIMBO YIWE YOSHIKIRA NYENICUBAHIRO UMUKURU W'IGIHUGU C'UBURUNDI...!! Скачать
UWURONGOYE URUNANI RW'AMASHIRAHAMWE Y'ABAGENDANA UBUMUGA MU BURUNDI YARAGIZE ICO AVUGIRA KURI MMTV Скачать
KWITEGURIRA KRISU MWAMI: IMISA YO KURANGIZA AMASENGESHO Y'IMISI ICENDA NEUVAINE MURI PAROISSE MABAYI Скачать
MUSITANTERI MUSHASHA WA KOMINE MABAYI YABISIKANIJE N’UWARARONGOYE KOMINE MABAYI VY’IMFATAKIBANZA. Скачать
IBIKORWA BIRIKO BIKORWA N'URURWARUKA NDARUBISHIMIRA CANE!!! BAZOHORE BABIGIRA UKO KENSHI GASHOBOKA. Скачать
ABANYESHURE BO KU MASHURE YISUMBUYE Y'IMABAYI BARANEZEREWE CANE BABONYE ABARONGOYE URWARUKA BAHAGEZE Скачать
UBUSERUKIZI BW'INAMA NKURU Y'URWARUKA MURI KOMINE MABAYI BURIKO BUGENDERA AMASHURE AFISE IBISATA. Скачать
NYENICUBAHIRO UMUKURU W'IGIHUGU CACU EVARISTE NDAYISHIMIYE NIWE YATUMYE NKORA UYU MWUGA WOKWORORA Скачать
UMUHINGA MU KUVUZA IVYUMA VY'UMUZIKI NO KWANDIKA YARONKEJE INGABIRE IKOMEYE CANE KOMINE YIWE MABAYI Скачать
IKORANIRO KAMINUZA RY'URWARUKA RW'ABADVENTISTE B'UMUSI W'INDWI KUVA KUWA 13 GUSHIKA KUWA 20/08/2023. Скачать
KARATE: IMIKANGARA 6 IHIGANIRWA IMIKANDARA Y'UMUHONDO(CEINTURE JAUNE) MU KIGO C'URWARUKA MABAYI. Скачать
IBIRORI VYO KUGURURA INGANDO(CAMPOREE) URWARUKA RW'AB'ADVENTISTE B'UMUSI W'INDWI BARIMWO I BUGANDA Скачать
URWARUKA RW'ABA ADVENTISTES B'UMUSI W'INDWI MU BURUNDI BWOSE RUGIYE MU NGANDO IBUGANDA IZOMARA INDWI Скачать
INKEREBUTSI TV YIPFURIJE ABANA N'URWARUKA RWOSE GUKURIKIZA IMPANURO Z'ABAVYEYI N'IZABAKURU BABO. Скачать
UMUGABO ARIKO AZUNGURUKA UBURUNDI BWOSE AKORESHEJE AMAGURU GUSA ATAKINDI KINTU AFASHE KIMWUNGURUZA Скачать
IYUMVIRE ABARONKEJWE INYIGISHO N'ISHIRAHAMWE GVC MURI KOMINE MABAYI KUVA KUWA 25 GUSHIKA 27/07/2023 Скачать
ABAFISE UBUNYAMWEMA B'I MABAYI BARARONKEJWE IBIKORESHO BIBAFASHA KWIKINGIRA IZUBA: LE 27/07/2023 Скачать
IGIKORANE C'IVUGABUTUMWA MURI KOMINE MABAYI CATEGUWE NA ÉGLISE METHODISTE LIBRE DU 28 au 30/07/2023 Скачать
UMURIRIMVYI AVUKA I MABAYI YARAMAZE IMYAKA 2 MU MAHANGA AHO YARI YAGIYE KUBANDANIRIZA AMASHURE. Скачать
UBUSERUKIZI BW'UMUGAMBWE CNDD-FDD MU NTARA YA CIBITOKE BWATUNGANIJE INAMA KU BAGUMYABANGA:23/07/2023 Скачать
UMWUNGERE WA DIYOSEZE NGOZI AKABA AHAGARARIYE PAPA MURI DIYOSEZE BUBANZA YATIYE ABASASERDOTI 7. Скачать
IMISA YAMBERE (UMUKWANGURO) YA PATIRI NAHAYO VICTOR YATIWE KUWA 15/07/2023 MURI PAROISSE MABAYI Скачать
ABAKRISTU BO MURI PARUWASI MABAYI BARIKO BIGINA IBIRORI VYOKWATIRA ABASASERDOTI N'ABADIYAKONI Скачать
IBIRORI VYOKWATIRA ABASASERDOTI N'ABADIYAKONI BO MURI DIYOSEZE BUBANZA VYABEREYE MU PARUWASE MABAYI. Скачать
IMISA YO KWIYEMEZA KUBAZORONKA UBUSASERDOTI N'UBUDIYAKONI KUWA 15/07/2023 MURI DIYOSEZE BUBANZA. Скачать
IMYITEGURO NI YOSE MURI PAROISSE MABAYI: HAZOTANGIRWA UBUSASERDOTI N'UBUDIYAKONI KUWA 15/07/2023. Скачать
MUSITANTERI WA KOMINE MABAYI YAGIZE ICO ATUBWIRA KU BIKORWARUSANGI VYABAYE KURUYU WA 10/07/2023 Скачать
ISHURE ECOFO D'ESPOIR RYARATUNGANIJE IBIRORI KUBANYESHURE BARYO IMBERE YOKUBAHA AMANOTA YUMWAKA WOSE Скачать
INYIGISHO ZEREKEYE UBURENGANZIRA BW'ABAKENYEZI KU MATONGO ZATANGIWE I MABAYI KUWA 05/07/2023. Скачать
UWASERUKIYE MUSITANTERI MU BIKORWARUSANGI VYATEGUWE N'ABAGENDANA UBUMUGA B'I MABAYI YAGIZE ICAVUGA. Скачать