Kwugurura icese isoko rihuza ama banki mu kudandaza ama devises, ariryo ryiswe 'Marché Interbancaire des Devises' - MID" arinaryo rero rizohora rishinga igiciro co kuvunjisha, guha ububasha ama Banki yose uburenganzira bwo kwugurura ama bureaux de change, ni zimwe mu ngingo i Banki nkuru y'igihugu #BRB yafashe kugira yorohereze kugira amahera mvamahanga (devises) atembere mu #Burundi mu mwidagaduro.
Ещё видео!