Guhishurirwa amajambo y'Imana bizana umuco. Igituma abana b'Imana bagendera mu mwijima ubuzima bwabo bukama mu bibazo, ntihagire aho bava naho bashika, ntibabone ivyo basezeraniwe n'Imana n'uko hari ukutamenya kuvyerekeye ibanga ry'ibicaniro.
Kurikirana izi nyigisho ubone kugendera mu bikomeye Imana yaguteguriye kera muri Kristo Yesu.
Ещё видео!