Hari ku wa 16 Ruheshi igihe inama rukokoma y’Indero yarangira i Bujumbura, harashizwe ku mugaragaro ibintu ngenderwako kugira akanovera mu ndero kagaruke mu Burundi, haravuzwe ko hari ingorane z’ubukene bw’abigisha, ubukene bw’amafaranga akoreshwa muri ico gisata, ubwinshi bw’abanyeshure haba mu mashure nshingiro gushika muri kaminuza.
Hari ibitari bike vyo gukorerako kugira indero igarukane akanovera mu Burundi.
Ещё видео!