Umugwi w'intagondwa za al-Shabab wigamvye igitero cagabwe ahakorera inama nshingamateka ya Somaliya. Batandatu bakomerekeye muri ico gitero.
Mu Burundi, ubukene bw’igitoro bwibonekeza mu ntara ya Rumonge bushobora gutuma amavuta, amafi, n'indagala bishobora kugabanuka canke bikabura gose ku masoko.
Mu butumwa Umushingamateka, Abdirahman Abdishakur Warsame, ari mu bitoreza kuba prezida yacishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook, yavuze ko mu bakomeretse harimwo abamucungerera umutekano babiri.
Ещё видео!