Ishirahamwe CDE ryishinze guteza imbere igisata c'ubutunzi hano mu Burundi no muri Africa ryaratunganije uruganda ""MFASHAKUMENYA"" kubafata ingingo batandukanye mu gisata c'ubutunzi ngaha mu burundi mu ntumbero yo kwigira hamwe no gutorera inyishu ingorane zitandukanye zihanze ico gisata hano. Umviriza ivyo barabiye hamwe
Ещё видео!