Abantu bose ngo bategerezwa kumenya ko bafise uruhara mu kurwanya inda z'indaro zitwarwa n'abana bakiri ku ntebe y'ishure. Bivugwa na Jacques NSHIMIRIMANA akora mu murwi w'igihugu wigenga ujejwe agateka ka zina muntu #CNIDH mu ruganda rwahuje intara z'ubuseruko n'ubumanuko, barabira hamwe icokorwa kugira ngo hatuzwe burundu inda z'indaro mu mashure.
Ещё видео!