Icegeranyo cashizwe ahabona n'ikigega mpuzakungu FMI cerekana ko Uburundi buri mu bihugu vyanyuma bikeye kw'isi bikaba vyunyuwe n'uko wa mugambi wo kuruwanya ubukene CCLP II utari bwarangire uwugira III nawo unigirwa mu menshi. Ivyo vyashikirijwe na Faustin NDIKUMANA arongoye PARCEM mu kiganiro yahaye abanditsi n'abamenyeshamakuru. Uwo arongoye PARCEM amenyesha kandi ko Uburundi buri mu bihugu bishonje kw'isi afatiye ku biharuro bitangwa n'ikigo ISTEEBU
Ещё видео!