Kuri uyu wa 15 abakristu bo mw'idini rya katolika barahimbaje Umusi Mukuru w'Iyurizwa Mw'Ijuru rya Bikira Mariya, nyina wa Yezu. Mu Burundi nkuko vyama baigenda buri mwaka abakristu isinzi bavuye mu mihingo itandukanya bahuriye i Mugera muri diyoseze nkuru ya Gitega. Raba ingene ibirori vyo guhereza inkuka ya misa vyatanguye.
Ещё видео!